Home Amakuru y'ibanze Brazil: Abantu 4 bahasize ubuzima Barashwe muri Katedral Katolika.

Brazil: Abantu 4 bahasize ubuzima Barashwe muri Katedral Katolika.

by Ali Gilbert Dunia
0 comment

Umuntu witwaje imbunda yarashe muri Catedral y’i Campinas, muri Brazil ejo kuwa kabiri, yica abantu bane akomeretsa abandi bane mbere yuko yiyahura.

VOA dukesha iyi nkuru yavuze ko “Igiporisi kitaratangaza izina ry’uwarashe. Abayobozi ba cathedral bavuga ko nabo batamuzi kandi batazi n’impamvu  yamutumye akora iryo bara.

Campinas ni umugi uri ku bilometero ijana mu gace ka Sao Paulo.

Brezil isanzwe izwiho nk’igihugu cicwamwo abantu benshi, nkuko ubushakashatsi bwa ONU bivuga,  ariko ubwicanyi bwo kurasa abantu bateraniye hamwe ntibihasanzwe  .

You may also like

Leave a Comment